banniere burundi
cyprien ntaryamira rare photo

Burundi / Diaspora : 6-04-2026 – Invitation à la commémoration des 32 ans de l’assassinat de Ntaryamira Cyprien en Belgique

L’Ambassade du Burundi invite la diaspora burundaise à une cérémonie de mémoire en Belgique. Bruxelles (Belgique), 16/03/2026 (BdiAgnews) – L’Ambassade du Burundi auprès du Royaume de Belgique, du Grand-Duché de Luxembourg et de l’Union européenne a invité les Burundais vivant en Belgique et dans les environs à participer aux cérémonies de commémoration du 32ème  anniversaire…

Read Full News
bdi burundi maeircd 1 13032026 maeirdcbi

Burundi / Uburundi : Pasiporo zirenga 140 z’Abarundi zatawe mu Buraya, ikimenyetso c’ubwimukira buteye amakenga

Minisitiri Bizimana Edouard aragabisha ku ngeso zonona isura y’Uburundi. Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi yacu isigaye irangwa n’ububasha bw’ibihugu vyinshi (multipolarité), kuva mu 2020 Uburundi bwinjiye mu nzira y’ubutunzi bwa néolibéralisme bwiyongereye cane, ivyo bikaba vyatumye urwaruka rwinshi rw’Abarundi rujabuka rujya mu mahanga, bamwe ntibabe bagishaka kuguma mu gihugu, bagakunda cane ubuzima bw’i…

Read Full News
bdi burundi maeircd 0 13032026 maeirdcbi

Burundi : 140 passeports abandonnés en Europe, signe d’une migration préoccupante

Le ministre Bizimana Edouard alerte sur des pratiques qui ternissent l’image du Burundi. Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Alors que notre monde est devenu multipolaire, le Burundi a pris depuis 2020 un virage néolibéral exacerbé, avec pour conséquence que de nombreux jeunes Barundi s’en vont et ne veulent plus rester au Burundi, idéalisant l’Occident.  Le ministre…

Read Full News
bdi burundi cvr diaspora pretoria 07 08032026 cvrbi

Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria

Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria, mu rugendo rugamije gusangiza diaspora ivyavuye mu bikorwa CVR imaze kurangura ku bijanye…

Read Full News
bdi burundi cvr diaspora pretoria 06 08032026 cvrbi

Burundi / Afrique du Sud : La CVR Burundi rencontre la diaspora à Pretoria

La question des terres et des biens spoliés au centre des échanges Pretoria (Afrique du Sud), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Une délégation de la Commission Vérité et Réconciliation (CVR) du Burundi, conduite par son Vice-président Mgr  Kimararungu Aimé J., a rencontré la diaspora burundaise à Pretoria dans le cadre d’une mission de dissémination des résultats déjà…

Read Full News
bdi burundi 01 cnddfddbelgique

Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama

Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika rya politiki mu Burundi, hari n’abanyacubahiro batandukanye bo muri ako karere ; abari…

Read Full News
bdi burundi 01 cnddfddbelgique

Burundi / Diaspora : La section CNDD-FDD Belgique en assemblée

Assemblée de la section CNDD-FDD Belgique Lot (Belgique), 07/03/2026 (BdiAgnews) – La section CNDD-FDD Belgique s’est réunie à Lot dans une ambiance conviviale pour une assemblée des Bagumyabanga de la diaspora burundaise belge consacrée aux échanges sur l’évolution politique du Burundi, en présence de plusieurs personnalités locales ; les participants ont salué l’élection de S.E….

Read Full News
bdi diaspora gabon 01 28022026 diaspora

Burundi – Gabon : La diaspora célèbre l’unité nationale

Fraternité et engagement des Barundi à Libreville Libreville (Gabon), 28/02/2026 (BdiAgnews) – La communauté burundaise du Gabon a célébré le Nouvel An dans un esprit de fraternité et d’unité nationale, une rencontre marquée par un engagement renouvelé envers la Vision 2040-2060 portée par le Chef de l’État, sous l’impulsion de sa Présidente Nisabwa Odette ;…

Read Full News
bdi diaspora gabon 02 28022026 diaspora

Burundi – Gabon : Diaspora y’Abarundi yizihije ubumwe

Ab’Abarundi b’i Libreville bahuriye mu bumwe Libreville (Gabon), 28/02/2026 (BdiAgnews) –– Ab’Abarundi baba muri Gabon bahuriye i Libreville mu kwizihiza umwaka mushasha mu mwuka w’ubuvukanyi n’ubumwe, ico gikorwa kikaba cabaye akaryo ko gusubiramwo ukwiyemeza kwabo gushigikira Iyerekwa 2040-2060 rishigikiwe n’Umukuru w’Igihugu, mu buyobozi bwa Perezida wabo Nisabwa Odette ; uretse ibirori, diaspora yarashimangiye imigambi ibiri…

Read Full News
bdi burundi australie 03 27022026 diasporaburundi

Burundi – Diaspora : Australiya, intambwe nshasha mu mubano wa dipolomasi

Irambona Télésphore yemerewe nk’intumwa mu Australiya Canberra (Australiya), 26/02/2026 (BdiAgnews) – Mu murongo wa politike y’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi mahanga, Uburundi na Australiya bateye intambwe nshasha mu mubano wabo wa dipolomasi aho Irambona Télésphore yemerewe ku mugaragaro nk’intumwa y’Uburundi na Gouverneure générale Sam Mostyn, bigashimangira ubufatanye bushasha bwubakiye ku gukomeza ubudandaji n’iterambere ry’ubutunzi hamwe no gutsimbataza…

Read Full News