


Burundi , Uburundi / Iterambere rusangi : Kiremba yahamagariwe gukomeza ibikorwa vya TDC
May 17, 2026Ibikorwa vy’iterambere rusangi vyerekanywe nk’inkingi y’iterambere rya komine n’igihugu. Kiremba (Butanyerera), 16/05/2026 (BdiAgnews) – Perezida w’Sentare Ntahinyuzwa y’Uburundi, Nkurunziza Gamaliel , yifadikanije kuri uyu wa gatandatu 16 Rusama 2026 n’abanyagihugu bo muri komine Kiremba mu bikorwa vy’Iterambere Rusangi (TDC) vyabereye ku mutumba…


Burundi ,Uburundi : Bizimana yagenzuriye politike yo kurungika abakozi mu mahanga
May 16, 2026Leta y’Uburundi yaneguye amakosa n’akarenganyo biri mu bigo vyigisha abitegura kuja gukora hanze. Bujumbura, 15/05/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukurikirana imibereho y’Abarundi barungikwa gukora mu bihugu vy’Abarabu, Umushikiranganji w’Ububanyi n’Amahanga n’Ubufatanye mpuzamakungu, Bizimana Édouard, yagendeye atabiteguje ibigo bitandukanye vyigisha abakozi bimirije…




Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere
May 13, 2026Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere
May 13, 2026Abajejwe intwaro basabwe gukomeza kwegeranya neza amakori no gukorana cane n’inzego z’umutekano. Bujumbura, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Buramatari w’intara ya Bujumbura, Général-Major Aloys Ndayikengurukiye, yakoranye kuri uyu wa gatatu 13 Rusama 2026 inama n’abajejwe intwaro muri komine Mukaza yabereye ku Ngoro y’Umujyi wa…
