
Category: CNDD-FDD






Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala
May 12, 2026CNDD-FDD na NRM bariko barakomeza imigenderanire ya kivukanyi n’ubufatanye bwa politike. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa kandi akunzwe cane Ndikuriyo Révérien, kuva ku wa 10 Rusama 2026 ari i Kampala muri Repubulika ya Uganda, aho yatumiriwe na…

Burundi / Ouganda – Diplomatie des partis : Ndikuriyo Révérien en visite au NRM à Kampala
May 12, 2026Le CNDD-FDD et le NRM renforcent leurs relations fraternelles et leur coopération politique. Kampala (Ouganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Le Secrétaire Général du CNDD-FDD, le très populaire Honorable Ndikuriyo Révérien, séjourne depuis le 10 mai 2026 à Kampala, en République d’Ouganda, sur invitation…


Burundi , Uburundi: Ndayishimiye Évariste yemejwe nk’umukandida wa CNDD-FDD mu matora ya 2027
April 26, 2026Umukuru w’Igihugu asubiramwo ukwiyemeza kwiwe mu mutekano, intwaro ibereye, indero no kurwanya ubukene. Gitega, 26/04/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’uko yemejwe ku mugaragaro n’inama idasanzwe y’umugambwe CNDD-FDD nk’umukandida mu matora y’Umukuru w’Igihugu ya 2027, Perezida w’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, yarashimiye cane Abagumyabanga ku…
