Burundi , Uburundi / Ubufaransa – UNESCO : Vumera Club yaraserukiye Iciwa ry’Ingoma i Paris
Intoranwa y’Ingoma y’Uburundi yahimbajwe muri UNESCO biciye kuri Vumera Club n’Ambasade y’Uburundi mu Bufaransa. Paris (Ubufaransa, UNESCO), 19/05/2026 (BdiAgnews) – Abarundi ni abantu b’Ubungoma, isanzure ry’ivyiyumviro vy’Ingoma, ari na bwo bwatumye havuka Iciwa ry’Ingoma, aho Uburundi, Ingoma y’Uburundi, buri mu bihugu vya kera vya Afrika bimaze imyaka ibihumbi, vyari vyubakiye ku butegetsi bubiri : ku…
