banniere burundi
bdi burundi genocide 1972 01 29042025 kinyetamagervais 1024x769

Burundi, Uburundi / Diaspora – Ububiligi : 2-05-2026 – Ubutumire bwo kwibuka imyaka 54 iheze habaye Jenoside yakorewe Abahutu mu 1972

Abarundi baba mu Bubirigi barahamagarirwa kwifatanya mu gikorwa co kwibuka no gusabira amahoro no gusaba ko ayo mabi yomenyekana ku rwego mpuzamakungu. Bruxelles (Ububiligi), 8/05/2026 (BdiAgnews) – Umuryango w’Abarundi baba mu Bubirigi waratumiye Abarundi n’abagenzi b’Uburundi kwifatanya mu gikorwa co kwibuka imyaka 54 iheze habaye Jenoside yakorewe Abahutu mu Burundi mu 1972-1973, umusi ugenewe ugusenga,…

Read Full News
bdi burundi genocide 1972 20 29042025 kinyetamagervais scaled

Burundi / Agenda – Belgique : 2-05-2026 – Invitation à la commémoration du 54ᵉ anniversaire du génocide des Hutu de 1972

La diaspora burundaise de Belgique appelle au devoir de mémoire et à la reconnaissance internationale d’un drame majeur de l’histoire nationale. Bruxelles (Belgique), 8/04/2026 (BdiAgnews) – La communauté burundaise de Belgique est invitée à participer à la commémoration du 54ᵉ anniversaire du génocide commis contre les Hutu du Burundi en 1972-1973, une journée dédiée au…

Read Full News
bdi burundi ntaryamira 07azo 06042026 ntahirajatherence

Burundi, Uburundi / Diaspora – Ububiligi : Hibutswe imyaka 32 iheze Perezida Ntaryamira Cyprien yishwe

Abarundi baba mu Bubirigi bibutse uwahoze arongoye Uburundi, yaguye mu gitero c’indege mu 1994. Bruxelles (Ububiligi), 6/04/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’imyaka 32 iheze habaye igitero co ku wa 6 Ndamukiza 1994, ikintu gihambaye cane mu mateka y’ivyago vyashikiye akarere k’ibiyaga binini vya Afrika, ukwibuka Perezida w’Uburundi S.E. Ntaryamira Cyprien kuracari kuzima mu Barundi baba mu…

Read Full News
bdi burundi ntaryamira 06az 06042026 ntahirajatherence

Burundi / Diaspora : À Bruxelles, Ntaryamira Cyprien rappelé à l’histoire des tragédies des Grands Lacs

Entre recueillement et mémoire géopolitique, la diaspora burundaise commémore un tournant majeur de l’histoire régionale. Bruxelles (Belgique), 6/04/2026 (BdiAgnews) – Trente-deux ans après l’attentat du 6 avril 1994, événement charnière inscrit au cœur des tragédies contemporaines des Grands Lacs africains, la mémoire du Président burundais S.E. Ntaryamira Cyprien demeure vive au sein de la diaspora…

Read Full News
bdi diaspora belgique femme alost 28mars2026 07 bdiagnews

Burundi , Uburundi / Diaspora – Belgique : Ijoro ridasanzwe i Alost ryo guhimbaza Umunsi mpuzamakungu wahariwe Umugore

Abakenyezi b’Abarundi baba mu Bubiligi bateguye ibirori vy’akaroruhore, vy’umuco n’ubusabane mu guhimbaza itariki ya 8 Ntwarante. Alost (Belgique), 28 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Mu Burundi, igihugu kigendera ku Bungoma (ubumenyi n’imitekerereze yisunga Ingoma), igihe cose Buryenda, ni ukuvuga ikigo c’Umugore w’Ingoma Mukakaryenda, aho Karyenda, Ingoma Nyeranda, itaragarurwa mu kibanza cayo, umugore w’Umurundi aguma ari kure…

Read Full News
bdi diaspora belgique femme alost 28mars2026 04 bdiagnews

Burundi / Diaspora – Belgique : Une soirée exceptionnelle à Alost célébrant la Journée internationale de la femme

Les femmes burundaises de Belgique ont offert une célébration festive, culturelle et conviviale autour du 8 mars. Alost (Belgique), 28 mars 2026 (BdiAgnews) – Au Burundi, société de l’Ubungoma (la cosmologie de la pensée à la manière du Tambour – Ingoma), tant que Buryenda, l’institution, soit le Palais de la « Femme Tambour » Mukakaryenda…

Read Full News
bdi uburundi sacred beer kavakure zeppers 01 22032026 excellentnimubona akiwacumagazine akezanet moviesthatmatter

Burundi / Industries culturelles : Le film “Sacred Beer” de Kavakure John Christian projeté sur la scène internationale

Le Burundi se distingue à l’international à travers ses récits culturels et créatifs. La Haye (Pays-Bas), 22/03/2026 (BdiAgnews) – Le Burundi a franchi une nouvelle étape dans son rayonnement culturel international avec la première du film Sacred Beer au prestigieux The Movies That Matter Festival à La Haye, une œuvre produite par Zeppers Film &…

Read Full News
bdi uburundi sacred beer kavakure zeppers 03 22032026 excellentnimubona akiwacumagazine akezanet moviesthatmatter

Burundi – Uburundi / Ubuhinga bw’umuco : Filime “Sacred Beer” ya Kavakure John Christian yerekanywe ku rwego mpuzamakungu

Uburundi buriko burigaragaza kw’isi yose biciye mu buhinge bw’umuco n’inkuru z’abarundi. La Haye (Ubuholandi), 22/03/2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwongeye kwerekana ubushobozi bwabwo ku rwego mpuzamakungu mu vy’umuco, aho ku wa 22 Ntwarante 2026 herekanwe ku ncuro ya mbere filime Sacred Beer mu birori bikomeye vya The Movies That Matter Festival i La Haye, filime yakozwe…

Read Full News
bdi burundi femme belgique

Burundi , Uburundi – Ibizoba / Diaspora : 28-03-2026 – Ukwizihiza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi i Alost mu Bubiligi

Ibirori vy’akanyamuneza n’umuco vyateguwe mu kwibuka umunsi wa 8 Ntwarante, biri munsi y’ubuserukizi bw’Uburundi mu Bubiligi. Alost (Ububiligi), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Imbere ya 1929, umwaka Mukakaryenda yahindurwako idini ku nguvu, uwo Mugore w’Ingoma nyeranda Karyenda, yitwa Ruburisoni hanyuma agahindurwa ku nguvu Maria Ruburisoni, Uburundi bwari burongowe n’umugore ari kumwe na Mwami. Ingoma y’Uburundi yari dyarchie….

Read Full News
bdi burundi femme belgique

Burundi – Agenda / Diaspora : 28-03-2026 – Célébration de la Journée internationale de la femme à Alost, en Belgique

Une soirée festive et culturelle organisée à l’occasion du 8 mars, sous le patronage de l’ambassade du Burundi en Belgique. Alost (Belgique), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Avant 1929, année de la conversion forcée de Mukakaryenda, la Femme-Tambour sacrée Karyenda, appelée Ruburisoni puis devenue de force Maria Ruburisoni, le Burundi était dirigé par une femme aux côtés…

Read Full News