
Burundi , Uburundi / Ubushinwa : Toni 300 z’amabuye y’agaciro zoherejwe hanze, ikimenyetso gikomeye ku butunzi bw’igihugu
March 31, 2026Ibikorwa vyitabweho n’amakoperative y’urwaruka bishigikiwe na PAEEJ vyerekana ubushobozi bw’igisata c’amabuye y’agaciro mu Burundi. Bujumbura (Uburundi), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwakoze, ku wa 26 Ntwarante 2026, igikorwa gikomeye co kohereza hanze amabuye y’agaciro agera kuri toni 300, ni ukuvuga konteneri…








