Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

May 13, 2026

Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…

Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala

Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala

May 12, 2026

CNDD-FDD na NRM bariko barakomeza imigenderanire ya kivukanyi n’ubufatanye bwa politike. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa kandi akunzwe cane Ndikuriyo Révérien, kuva ku wa 10 Rusama 2026 ari i Kampala muri Repubulika ya Uganda, aho yatumiriwe na…

Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega

Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega

April 22, 2026

Igikorwa c’igihugu cose kigamije amatora abereye, aboneye kandi atekanye. Gitega (Uburundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, ari kumwe n’umupfasoni wiwe Nyenicubahiro Ndayubaha Angeline, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, yatanguje ku wa 22 Ndamukiza 2026 ku kibuga Ingoma i Gitega…

Uburundi / Diaspora – Ububiligi, CNDD-FDD : Ibirori vya 5 vya « Abakenyererarugamba Day » — vy’abakenyezi bari mu vya poritike, vyabereye i Lot

Uburundi / Diaspora – Ububiligi, CNDD-FDD : Ibirori vya 5 vya « Abakenyererarugamba Day » — vy’abakenyezi bari mu vya poritike, vyabereye i Lot

April 12, 2026

Umunsi wahariwe umuco, amateka na poritike mu bakenyezi ! Lot (Ububiligi), 11/04/2026 — Mu gihe hari hahariwe abanywanyi b’umugambwe CNDD-FDD, harimwo Kubwayo Félix, umunyamabanga wa CNDD-FDD mu Bubirigi, ari kumwe n’umugwi wiwe ushizemwo Ntimpirantije Abel (umuntu afise ikibanza gikomeye mu mateka y’Uburundi…

Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri

Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri

April 5, 2026

Urugendo rw’igihugu cose rw’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ruri hafi kurangira inyuma y’amezi abiri y’ibikorwa ku rubuga. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gukomeza ingendo ziwe zo kwegera abanyagihugu no gukurikirana imigambi y’iterambere, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyakubahwa cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye kuri uwu…

Burundi, Uburundi / Tchad : CNDD-FDD na MPS bongereye ubufatanye bwabo bw’ikirenga

Burundi, Uburundi / Tchad : CNDD-FDD na MPS bongereye ubufatanye bwabo bw’ikirenga

April 3, 2026

Amashirahamwe yombi arongoye ibihugu vyabo yiyemeje gushira mu ngiro ubufatanye bufatika kandi bugaragara. N’Djamena (Tchad), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Umurwa mukuru wa Tchad, N’Djamena, wakiriye ku wa 26 Ntwarante 2026 inama yo ku rwego rwo hejuru yahuje Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD,…

Burundi, Uburundi / Politike – Makamba : Abagumyabanga bo muri Gatabo bahimbaje intsinzi y’amatora ya 2025

Burundi, Uburundi / Politike – Makamba : Abagumyabanga bo muri Gatabo bahimbaje intsinzi y’amatora ya 2025

April 1, 2026

Abanywanyi ba CNDD-FDD bashimiye intsinzi y’amatora n’ibikorwa vya Leta mu karere ka Gatabo. Makamba (Burunga), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Ku wa gatandatu igenekerezo rya 28 Ntwarante 2026, abagumyabanga bo muri zone Gatabo, komine Makamba, barahimbaje intsinzi baherutse kuronka mu matora ya 2025, mu…

Burundi  / Uburundi  – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

Burundi / Uburundi – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

March 23, 2026

Ndikuriyo Révérien yakiriye uwuserukira Ubushinwa Zhu Kewei baganira ku gukomeza imigenderanire hagati y’imigambwe ibiri. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Ndikuriyo Révérien, yakiriye ku wa 23 Ntwarante 2026 i Bujumbura uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, Zhu Kewei, aho baganiriye ku…

Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge

Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge

March 2, 2026

Insiguro ngufi : Kwishimira imigambi yaranguwe n’Umukuru w’Igihugu Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Evariste ku migambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga vyasozerewe muri Komine Rumonge, bikaba vyatewe iteka na Nzikoruriho Sylvain…

Burundi : Ndikuriyo Révérien amaze kugendera amakomine 15 mu minsi 20

Burundi : Ndikuriyo Révérien amaze kugendera amakomine 15 mu minsi 20

February 22, 2026

Urugendo rw’igihugu rw’Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD rugamije gukomeza inzego n’iterambere Gitega, 22/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’iminsi 20 hatangujwe ku mugaragaro urugendo rw’igihugu ku wa 02 Ruhuhuma 2026 i Muramvya, Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Révérien Ndikuriyo, amaze kugendera amakomine 15…