
Category: Entité Territoriale


Burundi , Uburundi / Colonialité : CVR n’amadini imbere y’igikoresho c’ivangura cavuye mu bukoloni
June 6, 2026Hutu na Tutsi : amazina y’imibano yahinduwe ibirwanisho vya geopolitike vy’ubukoloni. Gitega, 5 Ruheshi 2026 – Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) yahamagariye abarongozi b’Église de Pentecôte au Burundi gukomeza uruhara rwabo mu gutsimbataza ugusaba no gutanga ikigongwe, ukwiyunga n’ukwubaka ubumwe bw’Abarundi, mu…





Burundi / Islam : Ndayishimiye célèbre l’Aïd Al-Adha avec la communauté musulmane
May 28, 2026Le Chef de l’État appelle à la transformation des richesses nationales pour soutenir la politique socio-économique du Burundi. Bujumbura (Boulevard de l’Indépendance), 27/05/2026 (BdiAgnews) — Le Président de la République du Burundi et Président en exercice de l’Union africaine, S.E. le Général-Major…

Burundi , Uburundi : Igitabu kivuga ku Bajiji n’Iciwa ry’Ingoma
May 28, 2026Hasohotse igitabu gishasha ku Bajiji : Nahimana Karolero Pascal asesangura imizi y’Iciwa ry’Ingoma Gitega, 28/05/2026 — Ku bufatanye n’ishirahamwe Mpuza Bajiji (Ihuriro ry’Abajiji) mu Burundi, umwanditsi w’Umurundi Nahimana Karolero Pascal aherutse gusohora igitabu gishasha c’akamaro kivuga ku mateka y’imiryango y’Uburundi : Histoire…

