
Category: Entité Territoriale


Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC
March 4, 2026Ndayishimiye yakiriye Mokgweetsi Masisi i Kiriri Bujumbura (Ingoro ya Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi ari na we arongoye Ubumwe bwa Afurika muri iki gihe, Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, yakiriye intumwa zari zirongowe n’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Botswana Mokgweetsi Masisi,…

Burundi : Kwemeza urutonde rw’imiti itangwa gusa ku rupapuro rwa muganga
March 4, 2026Inama yo kwemeza LNMPO – Edition 2026 Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza politiki y’igihugu mu bijanye n’amagara y’abantu, Umunyamabanga ntayegayezwa muri Minisiteri y’Amagara y’Abantu mu Burundi, Dr Sinarinzi Pierre, ari kumwe n’intumwa y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu (OMS)…

Burundi : Clôture des cérémonies de célébration à Rumonge
March 2, 2026Hommage au Président Ndayishimiye pour ses réalisations Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Les activités de célébration et de remerciement en l’honneur du Président du Burundi, Ndayishimiye Évariste, Général Major, pour les projets réalisés dans les communes composant la province de Burunga, se…

Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge
March 2, 2026Insiguro ngufi : Kwishimira imigambi yaranguwe n’Umukuru w’Igihugu Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Evariste ku migambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga vyasozerewe muri Komine Rumonge, bikaba vyatewe iteka na Nzikoruriho Sylvain…

Burundi : Lyca Mobile renforce la coopération TIC et santé
February 27, 2026Audience présidentielle avec le fondateur du Groupe Lyca Bujumbura, 27/02/2026 (BdiAgnews) – Le Chef de l’État burundais et Président en exercice de l’Union africaine, S.E. Ndayishimiye Evariste, Général-Major, a reçu en audience Mr Subaskaran Allirajah, Président-Fondateur du Groupe Lyca Mobile, accompagné de…

Burundi : Lyca Mobile yongera ubufatanye mu TIC no mu buzima
February 27, 2026Umukuru w’Igihugu yakiriye umushingantahe wa Lyca Group Bujumbura, 27/02/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi akaba ari Perezida w’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo kiriko kiragenda, Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, Général-Major, yakiriye mu biro iwe Mr Subaskaran Allirajah, Perezida akaba n’uwashinze Lyca Group, ari…


Burundi : Mwami Bangiricenge, Kanyonga, Baramparaye — ukwibuka Ingoma imbere y’Umusaraba
February 26, 2026Ifoto yashizwe ahabona na CVR yongeye gukangura impaka ku Ingoma y’Uburundi Bujumbura, 25/02/2026 (BdiAgnews) – Muri iyi si y’imbaraga nyinshi (multipolaire) isaba buri wese gusubira kwiyumvira amateka yiwe, ukwibuka Ingoma y’Uburundi kurasubira kwibonekeza nk’akabirizi (braise) twari twibaze ko kahorotse. Ku wa Gatatu,…

Burundi : Toni 650 za lithium na titane zoherejwe mu Bushinwa
February 25, 2026Isubira kubaho ry’urwego rw’amabuye y’agaciro mu gihugu Bujumbura (Uburundi), 24/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwa politike y’ubutunzi n’inganda z’Abarundi, Uburundi bwohereje hanze toni 650 z’amabuye y’agaciro, arimwo cane lithium na titane, ku isoko ryo mu Bushinwa, mu birori vyarongowe na Minisitiri w’Uburundi…