
Category: Entité Territoriale


Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega
April 22, 2026Igikorwa c’igihugu cose kigamije amatora abereye, aboneye kandi atekanye. Gitega (Uburundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, ari kumwe n’umupfasoni wiwe Nyenicubahiro Ndayubaha Angeline, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, yatanguje ku wa 22 Ndamukiza 2026 ku kibuga Ingoma i Gitega…

Burundi / Élections 2027 : Ndayishimiye Évariste lance la campagne d’éducation électorale à Gitega
April 22, 2026Une mobilisation nationale pour des élections inclusives, transparentes et apaisées. Gitega (Burundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi, S.E. Ndayishimiye Évariste, Général-Major, accompagné de son épouse S.E. Ndayubaha Angeline, Première Dame du Burundi, a procédé ce 22 avril 2026 au stade…

Burundi, Uburundi : Intumwa zishinzwe gukurikirana ibikorwa vya Reta n’IFDC zagendeye Kayanza na Ngozi
April 15, 2026Isuzuma ryo ku kibuga ku mugambi PSSD2 ryerekanye ivyagezweko n’ingorane zikiriho mu gisata c’uburimyi. Butanyerera (Uburundi), 14/04/2026 (BdiAgnews) – Mu ntumbero yo gukurikirana no gusuzuma ibikorwa biriko birakorerwa ku kibuga n’ishirahamwe International Fertilizer Development Center, intumwa zifatanije za Reta y’Uburundi n’iryo shirahamwe…

Burundi : Mission conjointe Gouvernement–IFDC à Kayanza et Ngozi
April 15, 2026Une évaluation de terrain du projet PSSD2 met en lumière avancées et défis du secteur agricole. Butanyerera (Burundi), 14/04/2026 (BdiAgnews) – Dans le cadre du suivi-évaluation des activités menées sur le terrain par International Fertilizer Development Center, une mission conjointe du Gouvernement…


Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri
April 5, 2026Urugendo rw’igihugu cose rw’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ruri hafi kurangira inyuma y’amezi abiri y’ibikorwa ku rubuga. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gukomeza ingendo ziwe zo kwegera abanyagihugu no gukurikirana imigambi y’iterambere, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyakubahwa cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye kuri uwu…


Burundi , Uburundi / Sosiyete – Idini : Ukwibuka ububabare bwa Kristu kwakozwe n’Umukuru w’Igihugu gutera ivyiyumviro bitandukanye
April 3, 2026Hagati y’ukwemera kwa gikirisu n’ivyiyumviro vy’amateka, hari ababona ico gikorwa mu buryo butandukanye. Gitega , 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Ku musi wa Vendredi saint, igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2026, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Évariste Ndayishimiye, azwi nk’umukirisu akomeye, yifatanyije n’umuryango…
