
Category: Entité Territoriale


Burundi : Ntabona Adrien yasohoye igitabu ku migani n’agaciro kayo
March 9, 2026Igitabu kivuga ku ndangagaciro n’ivyitwa antivaleurs mu migani y’Uburundi Bujumbura, 07/03/2026 (BdiAgnews) – Mu muco w’ivyiyumviro vy’Abarundi ukomoka ku Ubungoma — kamere y’Isi yiyumvirwa mu buryo bw’Ingoma nyeranda Karyenda — kandi havamwo ivyiyumviro vy’Ubuntu, Umupatiri Ntabona Adrien yashize ahabona ku mugaragaro igitabu…


Burundi : Isoko ry’imigabane rimaze imyaka ibiri rikora
March 5, 2026ARMC yerekanye ivyaranguwe mu myaka ibiri Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Ikigo kijejwe kugenzura isoko ry’imari n’imigabane mu Burundi (ARMC) casohoye icegeranyo cerekana ivyaranguwe mu myaka ibiri iheze, aho mu vy’ingenzi harimwo gutanguza ku mugaragaro isoko ry’imigabane ry’Uburundi mu Kigarama 2025, iryo soko…


Burundi / UA : Médiation africaine pour la paix en RDC
March 4, 2026Audience entre Ndayishimiye et l’ancien Président Masisi Bujumbura (Palais de Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi et Président en exercice de l’Union africaine, S.E. Ndayishimiye Évariste, a reçu en audience une délégation conduite par l’ancien Président du Botswana Mokgweetsi Masisi,…


Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC
March 4, 2026Ndayishimiye yakiriye Mokgweetsi Masisi i Kiriri Bujumbura (Ingoro ya Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi ari na we arongoye Ubumwe bwa Afurika muri iki gihe, Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, yakiriye intumwa zari zirongowe n’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Botswana Mokgweetsi Masisi,…

Burundi : Kwemeza urutonde rw’imiti itangwa gusa ku rupapuro rwa muganga
March 4, 2026Inama yo kwemeza LNMPO – Edition 2026 Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza politiki y’igihugu mu bijanye n’amagara y’abantu, Umunyamabanga ntayegayezwa muri Minisiteri y’Amagara y’Abantu mu Burundi, Dr Sinarinzi Pierre, ari kumwe n’intumwa y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu (OMS)…

Burundi : Clôture des cérémonies de célébration à Rumonge
March 2, 2026Hommage au Président Ndayishimiye pour ses réalisations Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Les activités de célébration et de remerciement en l’honneur du Président du Burundi, Ndayishimiye Évariste, Général Major, pour les projets réalisés dans les communes composant la province de Burunga, se…