
Category: Entité Territoriale


Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri
April 5, 2026Urugendo rw’igihugu cose rw’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ruri hafi kurangira inyuma y’amezi abiri y’ibikorwa ku rubuga. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gukomeza ingendo ziwe zo kwegera abanyagihugu no gukurikirana imigambi y’iterambere, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyakubahwa cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye kuri uwu…


Burundi , Uburundi / Sosiyete – Idini : Ukwibuka ububabare bwa Kristu kwakozwe n’Umukuru w’Igihugu gutera ivyiyumviro bitandukanye
April 3, 2026Hagati y’ukwemera kwa gikirisu n’ivyiyumviro vy’amateka, hari ababona ico gikorwa mu buryo butandukanye. Gitega , 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Ku musi wa Vendredi saint, igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2026, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Évariste Ndayishimiye, azwi nk’umukirisu akomeye, yifatanyije n’umuryango…


Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe
April 3, 2026Igikorwa c’ubwitange bw’abakenyezi b’abashingwamanza kiriko gitanga umusaruro mu gufasha abatagira ubushobozi kwitura ubutungane. Gitega, 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Mu kwezi kwahariwe agateka k’abakenyezi, kuva ku wa 3 gushika ku wa 27 Ntwarante 2026, abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega barakoze igikorwa c’akarorero co…


Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Umukuru w’Igihugu yakiriye uwuserukira OMS ashoje amabanga yiwe
April 2, 2026Isuzuma ryiza ry’ibikorwa vya OMS mu Burundi ryashizwe imbere mu mubonano w’ukumusezera. Bujumbura (Uburundi), 2 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, yakiriye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2026 ku Ngoro Ntare Rushatsi, uwuserukira Ishirahamwe…

