
Category: Entité Territoriale


Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe
April 3, 2026Igikorwa c’ubwitange bw’abakenyezi b’abashingwamanza kiriko gitanga umusaruro mu gufasha abatagira ubushobozi kwitura ubutungane. Gitega, 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Mu kwezi kwahariwe agateka k’abakenyezi, kuva ku wa 3 gushika ku wa 27 Ntwarante 2026, abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega barakoze igikorwa c’akarorero co…


Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Umukuru w’Igihugu yakiriye uwuserukira OMS ashoje amabanga yiwe
April 2, 2026Isuzuma ryiza ry’ibikorwa vya OMS mu Burundi ryashizwe imbere mu mubonano w’ukumusezera. Bujumbura (Uburundi), 2 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, yakiriye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2026 ku Ngoro Ntare Rushatsi, uwuserukira Ishirahamwe…



Burundi, Uburundi / Umutekano : Abantu 13 bitavye Imana, 57 barakomereka inyuma y’iturika ryabereye mu bubiko bw’amasasu i Musaga
April 1, 2026Impanuka yabereye mu bubiko bw’amasasu y’ingabo yahitanye abanyagihugu n’abasirikare mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura. Bujumbura (Uburundi), 1/04/2026 (BdiAgnews) – Abantu n’imiburiburi 13 bo mu banyagihugu bitavye Imana, abandi 57 barakomereka, harimwo abasirikare batatu, inyuma y’iturika ryabaye ku mugoroba wo ku wa kabiri…


Burundi , Uburundi / Ubushinwa : Toni 300 z’amabuye y’agaciro zoherejwe hanze, ikimenyetso gikomeye ku butunzi bw’igihugu
March 31, 2026Ibikorwa vyitabweho n’amakoperative y’urwaruka bishigikiwe na PAEEJ vyerekana ubushobozi bw’igisata c’amabuye y’agaciro mu Burundi. Bujumbura (Uburundi), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwakoze, ku wa 26 Ntwarante 2026, igikorwa gikomeye co kohereza hanze amabuye y’agaciro agera kuri toni 300, ni ukuvuga konteneri…
