
Burundi / Uburundi – Afurika : Bigirimana Jean ahamagarira ubumwe bw’Abarundi n’Abanyafrika mu gitabu gishasha
March 15, 2026Igitabu gishasha gisigura ihindagurika rya geopolitike riri mu karere ka Sahel kandi gisaba ko Afrika yubaka ubumwe bwa politike. Bujumbura, 15/03/2026 (BdiAgnews) – Umwanditsi w’igitabu Réinventer le Burundi, Bigirimana Jean — yahoze ari umushikiranganji w’ugutwara abantu n’ibintu, amaposita n’itumanaho mu ntwaro ya…