
Burundi , Uburundi / Afurika y’Epfo – Ikibazo ca Kemi Seba : Ivyo Ndayishimiye – UA – yoshobora gukora
June 2, 2026Umukuru wa Urgences Panafricanistes ahakana ivyo yagirizwa kandi akavuga ko umuryango wiwe na wo uriko urahohoterwa ku mpamvu za politike. Pretoria (Afurika y’Epfo), 2/06/2026 (BdiAgnews) – Kemi Seba, umurwizatunga w’ivyiyumviro vya panafrikanisme akaba n’umukuru w’ishirahamwe Urgences Panafricanistes, apfungiwe muri Afurika y’Epfo kuva…



