Burundi : Isoko ry’imigabane rimaze imyaka ibiri rikora

Burundi : Isoko ry’imigabane rimaze imyaka ibiri rikora

March 5, 2026

ARMC yerekanye ivyaranguwe mu myaka ibiri Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Ikigo kijejwe kugenzura isoko ry’imari n’imigabane mu Burundi (ARMC) casohoye icegeranyo cerekana ivyaranguwe mu myaka ibiri iheze, aho mu vy’ingenzi harimwo gutanguza ku mugaragaro isoko ry’imigabane ry’Uburundi mu Kigarama 2025, iryo soko…

Burundi : Lyca Mobile yongera ubufatanye mu TIC no mu buzima

Burundi : Lyca Mobile yongera ubufatanye mu TIC no mu buzima

February 27, 2026

Umukuru w’Igihugu yakiriye umushingantahe wa Lyca Group Bujumbura, 27/02/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi akaba ari Perezida w’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo kiriko kiragenda, Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, Général-Major, yakiriye mu biro iwe Mr Subaskaran Allirajah, Perezida akaba n’uwashinze Lyca Group, ari…

Burundi : Toni 650 za lithium na titane zoherejwe mu Bushinwa

Burundi : Toni 650 za lithium na titane zoherejwe mu Bushinwa

February 25, 2026

Isubira kubaho ry’urwego rw’amabuye y’agaciro mu gihugu Bujumbura (Uburundi), 24/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwa politike y’ubutunzi n’inganda z’Abarundi, Uburundi bwohereje hanze toni 650 z’amabuye y’agaciro, arimwo cane lithium na titane, ku isoko ryo mu Bushinwa, mu birori vyarongowe na Minisitiri w’Uburundi…