Burundi / Uburundi : Niyongabo Philippe asubira kwihweza amateka ya vuba n’intambara mu gitabu gishasha

Burundi / Uburundi : Niyongabo Philippe asubira kwihweza amateka ya vuba n’intambara mu gitabu gishasha

March 14, 2026

Igitabu ca Niyongabo Philippe kivuga ku bikorwa vy’ihohoterwa rya politike n’inyungu za geopolitike zo mu gihe ca 1950–2000 Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Casohotse kw’igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2026 kandi kiraboneka hano, igitabu Burundi – Les phares étouffés dans le brouillard de la…