banniere burundi
bdi burundi cenielection2027 05 22042026 rtnbbi

Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega

Igikorwa c’igihugu cose kigamije amatora abereye, aboneye kandi atekanye. Gitega (Uburundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, ari kumwe n’umupfasoni wiwe Nyenicubahiro Ndayubaha Angeline, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, yatanguje ku wa 22 Ndamukiza 2026 ku kibuga Ingoma i Gitega ubukangurambaga bw’inyigisho zijanye n’amatora mu gutegura amatora y’Umukuru w’Igihugu ategekanywa mu 2027, mu…

Read Full News
bdi burundi cenielection2027 06 22042026 rtnbbi

Burundi / Élections 2027 : Ndayishimiye Évariste lance la campagne d’éducation électorale à Gitega

Une mobilisation nationale pour des élections inclusives, transparentes et apaisées. Gitega (Burundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi, S.E. Ndayishimiye Évariste, Général-Major, accompagné de son épouse S.E. Ndayubaha Angeline, Première Dame du Burundi, a procédé ce 22 avril 2026 au stade Ingoma de Gitega au lancement officiel de la campagne d’éducation électorale en prélude…

Read Full News
bdi burundi ifdc 004 15042026 maeircd

Burundi, Uburundi : Intumwa zishinzwe gukurikirana ibikorwa vya Reta n’IFDC zagendeye Kayanza na Ngozi

Isuzuma ryo ku kibuga ku mugambi PSSD2 ryerekanye ivyagezweko n’ingorane zikiriho mu gisata c’uburimyi. Butanyerera (Uburundi), 14/04/2026 (BdiAgnews) – Mu ntumbero yo gukurikirana no gusuzuma ibikorwa biriko birakorerwa ku kibuga n’ishirahamwe International Fertilizer Development Center, intumwa zifatanije za Reta y’Uburundi n’iryo shirahamwe zagendeye intara ya Butanyerera ku wa 14 Ndamukiza 2026, aho zashitse mu micungararo…

Read Full News
bdi burundi ifdc 001 15042026 maeircd

Burundi : Mission conjointe Gouvernement–IFDC à Kayanza et Ngozi

Une évaluation de terrain du projet PSSD2 met en lumière avancées et défis du secteur agricole. Butanyerera (Burundi), 14/04/2026 (BdiAgnews) – Dans le cadre du suivi-évaluation des activités menées sur le terrain par International Fertilizer Development Center, une mission conjointe du Gouvernement du Burundi et de cette organisation s’est déroulée le 14 avril 2026 dans…

Read Full News
bdi burundi cvr 02 10042026 burunga

Burundi / Justice transitionnelle : La CVR lance l’examen des litiges fonciers et des autres biens

Les premières décisions de la CVR sur les conflits fonciers sont attendues dans les deux prochaines semaines. Bujumbura, 10/04/2026 (BdiAgnews) – En conférence de presse tenue ce 10 avril 2026 à Bujumbura, la Commission Vérité et Réconciliation (CVR) du Burundi a annoncé le début de l’examen des litiges fonciers et des autres biens, une compétence…

Read Full News
bdi burundi presidence a01113 04042026 intumwaburundi

Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri

Urugendo rw’igihugu cose rw’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ruri hafi kurangira inyuma y’amezi abiri y’ibikorwa ku rubuga. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gukomeza ingendo ziwe zo kwegera abanyagihugu no gukurikirana imigambi y’iterambere, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyakubahwa cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 4 Ndamukiza 2026 amakomine ya Muhanga na Gitega, aho…

Read Full News
bdi burundi cnddfdd 1034 04042026 intumwaburundi

Burundi / Politique : Ndikuriyo Révérien porte à 41 sur 42 le nombre de communes visitées en 2 mois

La tournée nationale du Secrétaire général du CNDD-FDD touche à sa fin après deux mois de descentes sur le terrain. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Dans la continuité de ses descentes sur le terrain, le Secrétaire général du parti CNDD-FDD, le Très  populaire Ndikuriyo Révérien, a effectué, ce vendredi 4 avril 2026, une visite dans les…

Read Full News
bdi burundi presidence 1 03042026 ntarerushatsihouse

Burundi , Uburundi / Sosiyete – Idini : Ukwibuka ububabare bwa Kristu kwakozwe n’Umukuru w’Igihugu gutera ivyiyumviro bitandukanye

Hagati y’ukwemera kwa gikirisu n’ivyiyumviro vy’amateka, hari ababona ico gikorwa mu buryo butandukanye. Gitega , 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Ku musi wa Vendredi saint, igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2026, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Évariste Ndayishimiye, azwi nk’umukirisu akomeye, yifatanyije n’umuryango wiwe hamwe n’abakirisu bo kw’isi yose mu kwibuka ububabare bwa Yezu Kristu biciye…

Read Full News
bdi burundi presidence 4 03042026 ntarerushatsihouse

Burundi : La célébration de la Passion du Christ par le Chef de l’État suscite des sensibilités mémorielles

Entre foi chrétienne et mémoire historique, un geste présidentiel qui interpelle une partie de l’opinion. Gitega, 3 avril 2026 (BdiAgnews) – À l’occasion du Vendredi saint, le 3 avril 2026, le Chef de l’État burundais, S.E Ndayishimiye Évariste, Général Major, connu pour sa foi chrétienne, s’est joint à sa famille ainsi qu’aux fidèles du monde…

Read Full News
bdi burundi justice 02 03042026 rtnbbi

Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe

Igikorwa c’ubwitange bw’abakenyezi b’abashingwamanza kiriko gitanga umusaruro mu gufasha abatagira ubushobozi kwitura ubutungane. Gitega, 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Mu kwezi kwahariwe agateka k’abakenyezi, kuva ku wa 3 gushika ku wa 27 Ntwarante 2026, abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega barakoze igikorwa c’akarorero co gufasha ku buntu abagororwa bo mu mabohero atandukanye y’igihugu, aho bafashije abagororwa bashika…

Read Full News