
Category: Entité Territoriale


Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA
February 20, 2026Ubutumwa bwo kumukeza bwatanzwe na Ndayubaha Angéline ari kumwe n’abana Bujumbura, 14/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’itorwa ry’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, ku buyobozi bw’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo c’umwaka umwe, Umupfasoni wiwe, Nyenicubahiro Ndayubaha Angéline, ari kumwe n’abana, yaratanze ubutumwa…



Burundi : Abamenyeshamakuru 7 bararonkejwe agashimwe ku bikorwa vyabo mu gihe c’amatora
February 20, 2026Ihiganwa rya CENAP rifashijwe n’Ubufatanye bw’Ubusuwisi Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Mu murongo wa politike y’ibimenyeshamakuru y’Abarundi, abamenyeshamakuru indwi bararonkejwe agashimwe ku bwiza bw’ibikorwa vyabo vyakozwe mu gihe c’amatora, inyuma y’ihiganwa ry’ibimenyeshamakuru ryateguwe n’Ikigo CENAP (Centre d’alerte et de prévention des conflits), biciye…



Burundi : CNDD-FDD i Matongo irabandanya ingendo mu mitumba
February 19, 2026Ndayizeye Benjamin mu rugendo rw’akazi muri zone Ninga Butanyerera, 11/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rw’ingendo ziriko zirakorwa n’ubuserukizi bw’umugambwe CNDD-FDD muri komine Matongo, Ndayizeye Benjamin, umwe mu barongoye uwo mugambwe, yarabandanyije urugendo rugamije kugendera imitumba yose igize komine. Kuri uno wa 11…

