Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Iherezo ry’umurimo w’uwaserukira OMS, Dr Xavier Crespin
Uwuserukira OMS mu Burundi ashoje amabanga yiwe inyuma y’imyaka itanu y’ubufatanye bwashimwe n’inzego z’igihugu. Bujumbura (Uburundi), 30 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Ku wa mbere 30 Ntwarante 2026, Umunyamabanga Ntayegayezwa ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu muri Minisiteri y’Ububanyi n’Amahanga, Ukwinjira mu miryango y’akarere n’Ubufatanye mw’Iterambere, Nitunga Sophonie, yakiriye mu biro iwe uwaserukira Ishirahamwe Mpuzamakungu ryitaho Amagara y’Abantu…
