banniere burundi
bdi burundi ifdc 004 15042026 maeircd

Burundi, Uburundi : Intumwa zishinzwe gukurikirana ibikorwa vya Reta n’IFDC zagendeye Kayanza na Ngozi

Isuzuma ryo ku kibuga ku mugambi PSSD2 ryerekanye ivyagezweko n’ingorane zikiriho mu gisata c’uburimyi. Butanyerera (Uburundi), 14/04/2026 (BdiAgnews) – Mu ntumbero yo gukurikirana no gusuzuma ibikorwa biriko birakorerwa ku kibuga n’ishirahamwe International Fertilizer Development Center, intumwa zifatanije za Reta y’Uburundi n’iryo shirahamwe zagendeye intara ya Butanyerera ku wa 14 Ndamukiza 2026, aho zashitse mu micungararo…

Read Full News
bdi burundi belgique agriculture itracom bruxelles 01 19032026 itracom riseandshinehouse

Burundi , Uburundi / Ububiligi : Bruxelles yakiriye ikiganiro co ku rwego rwo hejuru ku guhindura uburimyi mu buryo burama

Ntahiraja Thérence, umuserukizi w’Uburundi mu Bubiligi, na ITRACOM Holding bahurije hamwe abafatanyabikorwa, abashoramari n’inzego zitandukanye mu guteza imbere uburimyi bw’Uburundi. Bruxelles (Ububiligi), 19 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) –Ku wa 19 Ntwarante 2026, muri Tangla Hotel Brussels, habereye ikiganiro co ku rwego rwo hejuru kijanye no guhindura uburimyi mu Burundi mu buryo burama, cahuje abategetsi, abadiplomate, inzego…

Read Full News
bdi burundi musongati 06 02 2026 cnddfdd

Burundi : Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yagendeye Musongati

Ndikuriyo Révérien, uwuriko arakunzwe cane, yahumurije abakenyezi ba koperative Sangwe Burunga, 06/02/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye komine Musongati aho yahuye n’abakenyezi bahurikiye muri koperative Sangwe, basanzwe barima amavoka n’inanasi. Muri urwo rugendo, yabateye intege zo kubandanya ibikorwa vy’uburimyi, yongera abahimiriza kuguma ari inkingi z’ingo n’iterambere ry’imiryango yabo,…

Read Full News