banniere burundi
bdi burundi travailleurs migrants 02 15052026 rtnb

Burundi ,Uburundi : Bizimana yagenzuriye politike yo kurungika abakozi mu mahanga

Leta y’Uburundi yaneguye amakosa n’akarenganyo biri mu bigo vyigisha abitegura kuja gukora hanze. Bujumbura, 15/05/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukurikirana imibereho y’Abarundi barungikwa gukora mu bihugu vy’Abarabu, Umushikiranganji w’Ububanyi n’Amahanga n’Ubufatanye mpuzamakungu, Bizimana Édouard, yagendeye atabiteguje ibigo bitandukanye vyigisha abakozi bimirije kuja gukora hanze kugira arabe uko bitwararika abo bariko barategura ; muri urwo…

Read Full News
capture d’écran du 2026 04 19 22 25 22

Burundi, Uburundi : Fondasiyo Bonne Action Umugiraneza yaronse agashimwe k’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ku bijanye n’abanyagihugu 2026

Agashimwe mpuzamakungu kerekana ibikorwa vyiza vyitaho imibereho myiza y’abanyagihugu. Bruxelles (Ububiligi), 19/04/2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwongeye kwibonekeza neza ku rwego mpuzamakungu inyuma y’itangazwa ry’uko Agashimwe k’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU ku bijanye n’abanyagihugu – umwaka wa 2026 (mu gisata c’amashirahamwe) kagiye guhabwa Fondation Bonne Action Umugiraneza, ishirahamwe riyoborwa n’Umufasha w’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Ndayubaha Angeline; aka gashimwe gakomeye…

Read Full News
bdi burundi fdnb 03 28032026 cnddfddburunga

Burundi, Uburundi / Politike – Makamba : Abagumyabanga bo muri Gatabo bahimbaje intsinzi y’amatora ya 2025

Abanywanyi ba CNDD-FDD bashimiye intsinzi y’amatora n’ibikorwa vya Leta mu karere ka Gatabo. Makamba (Burunga), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Ku wa gatandatu igenekerezo rya 28 Ntwarante 2026, abagumyabanga bo muri zone Gatabo, komine Makamba, barahimbaje intsinzi baherutse kuronka mu matora ya 2025, mu birori vyaranzwe n’akanyamuneza n’ugusangira, aho banakengurukiye cane ivyiza bamaze kugerako biciye ku bikorwa…

Read Full News
bdi diaspora belgique femme alost 28mars2026 07 bdiagnews

Burundi , Uburundi / Diaspora – Belgique : Ijoro ridasanzwe i Alost ryo guhimbaza Umunsi mpuzamakungu wahariwe Umugore

Abakenyezi b’Abarundi baba mu Bubiligi bateguye ibirori vy’akaroruhore, vy’umuco n’ubusabane mu guhimbaza itariki ya 8 Ntwarante. Alost (Belgique), 28 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Mu Burundi, igihugu kigendera ku Bungoma (ubumenyi n’imitekerereze yisunga Ingoma), igihe cose Buryenda, ni ukuvuga ikigo c’Umugore w’Ingoma Mukakaryenda, aho Karyenda, Ingoma Nyeranda, itaragarurwa mu kibanza cayo, umugore w’Umurundi aguma ari kure…

Read Full News
bdi burundi femme belgique

Burundi , Uburundi – Ibizoba / Diaspora : 28-03-2026 – Ukwizihiza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi i Alost mu Bubiligi

Ibirori vy’akanyamuneza n’umuco vyateguwe mu kwibuka umunsi wa 8 Ntwarante, biri munsi y’ubuserukizi bw’Uburundi mu Bubiligi. Alost (Ububiligi), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Imbere ya 1929, umwaka Mukakaryenda yahindurwako idini ku nguvu, uwo Mugore w’Ingoma nyeranda Karyenda, yitwa Ruburisoni hanyuma agahindurwa ku nguvu Maria Ruburisoni, Uburundi bwari burongowe n’umugore ari kumwe na Mwami. Ingoma y’Uburundi yari dyarchie….

Read Full News
bdi burundi comibu communaute musulmane kibeya 01 24032026 mrmeict

Burundi / Uburundi : Umushikiranganji Hassan Kibeya yifadikanije n’Abaislamu i Bujumbura

Ibirori vyabereye ku cicaro ca COMIBU vyashimangiye ubufatanye hagati y’inzego za Leta n’Abaislamu. Bujumbura, 24/03/2026 (BdiAgnews)- Umushikiranganji w’Ubutare, Amasoko ntanganguvu, Ubudandaji n’Ingenzi, Kibeya Hassan, yifadikanije ku wa 24 Ntwarante 2026 n’umuryango w’Abaislamu mu Burundi mu birori vyabereye ku cicaro gikuru ca COMIBU kiri i Nyakabiga mu gisagara ca Bujumbura, aho habaye umwanya wo gutsimbataza ubucuti…

Read Full News