OMAR,AGNEWS,le 27 avril 2010
Ce dimanche 25 avril 2010 a eu lieu au Campus Kiriri ,une compétition de gymnastique
Ce dimanche 25 avril 2010 a eu lieu au Campus Kiriri ,une compétition de gymnastique.8 clubs étaient présents dans cette compétition, dont quatre de filles, et quatre autres de garçons.
Ange KEZAKIMANA, de Gitega, a été première dans la catégorie des filles. Patric NTWARI a été premier dans la catégorie des garçons.Cette compétition a été clôturée par la remise des prix.
Les organisateurs ont dit qu’ ils ont rencontré des difficultés dans l’organisation, surtout liées au manque de moyens financiers.Bukuru Prosper, un des organisateurs, demande au ministère de la jeunesse et du sport, de relever ce jeu de gymnase, et qu”il soit accepté dans les jeux olympiques.
Ku munsi w Imana igenekerezo rya 22 Ndamikiza ,niho kuri campus Kiriri haba ihiganwa kwinonora imitsi kubigeme no ku bahungu,hari imigwi 4 y abigeme 4 nyene y abahungu.Ange KEZAKIMANA wo mu ntara ya Gitega niwe yabaye uwambere kuruhande rw abigeme,Patric NTWARI nawe aba uwambere kuruhade r wabahungu. Iryo higanwa ryarangijwe n ugutanga ubushimwe.Abatunganije ayo mahiganwa bavuga ko bagize ingorane na cane cane z ubukene mu myiteguru barimwo.BUKURU Prosper umwe mu batunganije iryo higawa agasaba ko ubushikirangaji bw urwaruka n inkino bwonagura ico gisata kandi kikemezwa mu nkino mpuzamakungu.