EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 24 mai 2010
Report des élections communales
C’est le vendredi 21/05/2010 que les élections communales étaient prévues ,mais jeudi 20 vers 21h ,le président de la Commission Electorale Nationale Indépendante,Pierre Claver NDAYICARIYE,a annoncé que ces élections étaient reportées pour le dimanche 23/05/2010, cette décision n’ a pas tardée à changer et c’ est finalement le lundi 24 qu’elles auront lieu.
Signalons que ces modifications sont causées par des problèmes d’ordre technique et logistique,mais aussi à cause de la récupération des cartes d’électeurs, qui jusqu’ici n est pas finie.
Ku munsi wa Gatanu igenekerezo rya 21/05/2010 niho amatora yabajenama bama komine yategerezwa kuba,ariko kumunsi wa kane igenekerezo rya 20 ,isaha zitatu zijoro niho umukuru wa CENI Pièrre Claver NDAYICARIYE yavuga ko isango ry ayo matora
ryungururijwe ku munsi w Imana ,ariko ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 21 niho bongera guhindura iryo sango ,amatora rero akazoca aba ku munsi wa mbere italiki 24/05/2010. Iryo hindagurika rero rikaba ryatumwe n uko habaye ikibazo c uburyo n
ibikoresho ,n ubuhinga bumwe bumwe bitari bwaboke ndetse n itanga ry amatora gushika uno munsi ritari bwarangire.