EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 21 mai 2010
Fin de retrait des cartes d’électeurs

Ce 20 mai 2010,la veille des élections communales, prend fin le retrait des cartes d’ électeurs à 19 heures( là où il y a de l’électricité).Le début de la distribution des cartes d’électeurs était ce mardi 18 mai. La distribution de ces dernières se déroule normalement à l’intérieur du pays, mais dans la ville de Bujumbura, il y a eu quelques problèmes. Notamment,certains ont eu du mal à se retrouver sur les listes et autres.Le président de la Commission Electorale Nationale Indépendante ( CENI),Pierre Clavert-MBONIMPA, rassure que tout Burundais qui s’est fait inscrire sur les listes, aura sa carte d électeur.
Signalons qu’un congé de deux jours,c-à-d jeudi 20 mai 2010 et vendredi 21 mai 2010, a été donné pour tout le monde.

Kuri uyu munsi igenekerezo rya 20 Rusama 2010 buca ku munsi wejo italiki 21 haba amatora y abajenama bama Komine niho igikorwa co gutanga amakarata bazotorerako gitegekanijwe ko kirangira n ukuvuga isaha imwe y ijoro aho bafise umuyagankuba.Ico gikogwa rero kikaba cariko kirangurwa ukuri kwamye hagati mu gihugu, ariko mu gisagara ca Bujumbura hakaba hagiye haribonekeza utunenge ,nk akarorero hari abiyandikishije batisanze ku ntonde ariko umuyobobi wa CENI akabayahumurije abanyagihugu avuga ko uwiyandikishije wese ategerezwa kuronka iyo karata y amatora. Twobamesha ko hatazwe n akaruhuko k iminsi ibiri n ukuvuga uyu munsi nejo kugira ngo abanyagihugu boroherwe mu gutora utwo dukarata bongere baje no gutora.
 

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *