EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 06 juin 2010
Les problèmes importants du secteur éducation selon Antime MIVUBA,pédagogue
Antime MIVUBA,pédagogue, a fait savoir les problèmes importants du secteur éducation.
Ces derniers sont :
1. La qualité de l’enseignement: la matière enseignée est archaïque, elle est la même depuis plus de 20 ans, et plus encore à l’université.
2.Les méthodologies d’approche sont archaïques,elles sont impositives, elles ne sont pas inductives.
3. Problème d évaluation : ils évaluent très mal. Pédagogie de l’ échec: 30 à 40% de réussite pour les examens nationaux de 6ème primaire et 10ème secondaire, et 25% de réussite dans l’ examen d’ état de l’année terminale.
4. Pénurie de supports pédagogiques : manuels, matériel de laboratoire, bibliothèques,sans parler de l’informatique.
5. L’encadrement de ceux qui encadrent les autres: directeurs ,encadreurs ,préfets…Ils ne sont pas bien formés pour encadrer correctement les autres.
(Signalons que cela a été préparé par la télévision Renaissance, aidée par l’institut Panos Paris)
Antime MIVUBA ,umuhinga muvyindero ,yarashikirije ingorane nyamukuru ziri mugisata
c indero,izo nazo zikaba ari:
1. Yerekeye akanovera kivyo bigisha,birashaje bimaze imyaka irenga 20,muri kaminuza
ho ikaba irenga kure iyo.
2. Uburyo bigisha burashaje ,ntibujanye nibiriko biratangwa ubu.
3. Ingene babaza ,babaza nabi cane: mubibazo vya Reta hamenya kuva kuri 30 gushika
kuri 40 % mu mwaka wa gatandatu n uwicumi, 25% mu mwaka wanyuma usozera amashure y
isumbuye.
4. Ubukene bwibikoresho ,nkibitabo ,ububiko bw ibitabo ,laboratoire,icibagiwe co n
ivyerekeye informatique.
5. Ingene bakurikirana abajejwe gutanga indero n ukwigisha,ababikora ntibafise
ubumenyi bukwiye kugira ngo bakurikirane abandi.
Ivyo bikaba vyateguwe na Télévision Renaissance ibifashijwemwo na institue Panos Paris.