{jcomments on}EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 15 juillet 2010 – 30 écoliers sont hospitalisés, victimes d’aliments empoisonnés. Dans la province de Cibitoke ,commune Busoni ,30 écoliers de 5ème année primaire sont hospitalisés, victimes d’aliments empoisonnés, distribués par une cantine scolaire soutenue par une ONG.Ces écoliers disent qu’ils ont senti des douleurs abdominales suivies de vomissements, suite à un repas, après avoir bu de l’eau.
Ce repas avait été donné par une dame qui travaille dans cette cantine,et cette dernière était suspectée de sorcellerie. Signalons que la police a déjà appréhendé cette femme ainsi qu’ un homme, pour une enquête.
Mu ntara ya Cibitoke komine Busoni, abanyeshure 30 bo mu mwaka wa gatanu mu mashure mato nibo bari mu bitaro, bikavugwa ko boba bariye uburozi mu bifungurwa bagaburirwa bahawe na kantine y ishure isanzwe ifashwa na ONG ngo kuko bahejeje kubifungura banyoye amazi ,baciye batangura kuribwa ndetse nu kudahwa birajamwo. Ivyo bifungurwa bakaba babihawe n umugore akora muri iyo kantine ,uwo nawe akaba yahora akekwa yoba ari umurozi. Igipolisi kikaba camufashe hamwe n uwundi mugabo kugira bagire amatohoza.