


Burundi ,Uburundi : Bizimana yagenzuriye politike yo kurungika abakozi mu mahanga
May 16, 2026Leta y’Uburundi yaneguye amakosa n’akarenganyo biri mu bigo vyigisha abitegura kuja gukora hanze. Bujumbura, 15/05/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukurikirana imibereho y’Abarundi barungikwa gukora mu bihugu vy’Abarabu, Umushikiranganji w’Ububanyi n’Amahanga n’Ubufatanye mpuzamakungu, Bizimana Édouard, yagendeye atabiteguje ibigo bitandukanye vyigisha abakozi bimirije…




Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere
May 13, 2026Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere
May 13, 2026Abajejwe intwaro basabwe gukomeza kwegeranya neza amakori no gukorana cane n’inzego z’umutekano. Bujumbura, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Buramatari w’intara ya Bujumbura, Général-Major Aloys Ndayikengurukiye, yakoranye kuri uyu wa gatatu 13 Rusama 2026 inama n’abajejwe intwaro muri komine Mukaza yabereye ku Ngoro y’Umujyi wa…


Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala
May 12, 2026CNDD-FDD na NRM bariko barakomeza imigenderanire ya kivukanyi n’ubufatanye bwa politike. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa kandi akunzwe cane Ndikuriyo Révérien, kuva ku wa 10 Rusama 2026 ari i Kampala muri Repubulika ya Uganda, aho yatumiriwe na…

Burundi / Ouganda – Diplomatie des partis : Ndikuriyo Révérien en visite au NRM à Kampala
May 12, 2026Le CNDD-FDD et le NRM renforcent leurs relations fraternelles et leur coopération politique. Kampala (Ouganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Le Secrétaire Général du CNDD-FDD, le très populaire Honorable Ndikuriyo Révérien, séjourne depuis le 10 mai 2026 à Kampala, en République d’Ouganda, sur invitation…