
Category: Bujumbura


Burundi / Uburundi : CENI itanguye kwitegura amatora y’Umukuru w’Igihugu yo mu 2027
March 20, 2026Inyigisho ku bakozi ba CENI zitanguye mu rwego rwo gutegura amatora y’Umukuru w’Igihugu. Bujumbura, 19/03/2026 (BdiAgnews) – Komisiyo y’Igihugu y’Amatora Yigenga (CENI) mu Burundi yatanguye ku wa 19 Ntwarante 2026 inyigisho zimara imisi itatu zigenewe gukomeza ubumenyi bw’abakozi bayo, mu rwego rwo…

Burundi / Uburundi – RDC Congo : Intumwa z’Abanyamulenge zahuye n’Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye
March 19, 2026Zakiriwe i Bujumbura, izo ntumwa zashimangiye uruhara rw’Uburundi mu gutsimbataza amahoro mu karere no mu gufasha impunzi z’Abanyekongo. Bujumbura, 17/03/2026 (BdiAgnews) — Intumwa z’ishirahamwe Banyamulenge Global Advocacy zakiriwe ku wa 17 Ntwarante 2026 na Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi. Izo…


Burundi / Uburundi : Gukomeza gutsimbataza imigenderanire n’Uburusiya, Afurika y’Epfo n’Ubushinwa
March 18, 2026Inama zabereye i Bujumbura zerekana ukuntu Uburundi buriko burakomeza imigenderanire n’ibindi bihugu. Bujumbura, 18/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Inama Nshingamateka y’Uburundi, Ndabirabe Gélase Daniel, yakiriye mu nama y’akazi uwuserukira igihugu c’Uburusiya mu Burundi mushasha, Chernenko Sergey Vladimirovich, yari aje mu rugendo rw’iteka, hamwe…

Burundi / BRICS+ : Renforcement des relations avec la Russie, l’Afrique du Sud et la Chine
March 18, 2026Des audiences officielles à Bujumbura illustrent le dynamisme diplomatique du Burundi sur la scène internationale. Bujumbura, 18/03/2026 (BdiAgnews) – Cadrant avec la politique étrangère des Barundi, le Président de l’Assemblée nationale du Burundi, Hon. Ndabirabe Gélase Daniel, a reçu en audience le…

Burundi / Uburundi : Ibitaro vya Kabezi bifise ikibazo c’aho kwakirira abarwayi kidahagije
March 17, 2026Umugambi wo guhuriza hamwe ibitaro vyari ku bibanza bibiri warahagaze kubera ikibazo c’uburyo. Bujumbura, 16/03/2026 (BdiAgnews) – Ibitaro vy’intara vya Kabezi, biri mu komine Mugere, mu ntara ya Bujumbura, biriko birahura n’ikibazo c’ubukene bw’ivyumba n’aho kwakirira abarwayi, nk’uko vyashikirijwe kuri uwu wa…


Burundi / Afrique : Bigirimana Jean appelle à l’unité africaine dans un nouvel ouvrage
March 15, 2026Le nouvel ouvrage analyse les mutations géopolitiques du Sahel et plaide pour une union politique africaine Bujumbura, 15/03/2026 (BdiAgnews) – Auteur de Réinventer le Burundi, Bigirimana Jean — ancien ministre burundais des Transports, des Postes et des Télécommunications dans le premier gouvernement…
