EN,BUJUMBURA,AGNEWS,le 10 mai 2010
Le parti Fnl pleure la mort accidentelle de l’un de ces membres

 

Un membre du parti Fnl a trouvé la mort, et quatre autres légèrement blessés, dans un accident de roulage survenu à Kayanza. L’accident a eu lieu ce mercredi dans l’avant-
midi, quand un véhicule de marque FUSO, lourdement chargé de membres du parti Fnl,en direction de Ngozi, s’est renversé, causant ainsi la mort d’une personne sur place. Le parti Fnl avait organisé un meeting à Ngozi, où le président de ce même parti
avait répondu présent, accompagné d’autres hauts cadres (de ce parti).

Ku munsi wa Kane igenekerezo rya 06 Rusama umunywanyi w umugambwe wa FNL yaritavye Imana abandi bane mubo vyari kumwe barakomereka bisanzwe bivuye kwisanganya ry umuduga wo mu bwoko bwa FUSO yari ibapakiye ari umurengera bakaba bari bagiye mu ntara ya Ngozi mu bikorwa vyo kwiyamamaza ariko iryo sanganya rikaba ryabaye bageze mu ntara ya Kayanza aho n umukuru w uyo mugambwe ari kumwe n abandi bategetsi bari bagiye muri ivyo bikorwa.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *