{jcomments on}E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 29 janvier 2010 Les recteurs et les experts de universités des pays de la Communauté Economique des Pays des Grands Lacs ,CEPGL en sigles sont réunis ce mardi le 26 janviers 2010 pour la validation d enseignement et de recherche dans les universités des pays respectifs ( BURUNDI, RWANDA et la RDC).ces derniers partagent de nombreux problèmes dont certains d entre eux sont: l’indisponibilité du matériel ; le manque des professeurs compétents ,etc.

Ces problèmes cités par le professeur MIDENDE Gilbert ont freiné considérablement le développement de ces pays. Il ajoute également que la problématique de la fuite des cerveaux est une autre raison qui vient aggraver la situation et cela pour cause de l’insécurité, des salaires insuffisants etc.

(En Kirundi) Abigisha n abahinga bo mu ma kaminuza ari muri kano karere ki ibiyaga bigali vya Africa bihurikiye muri CEPGL mu mpfunyapfunyo,niho bakorana ku munsi wa kabiri italiki 26Nzero kugira barabire hamwe ibibazo bihanze ama kaminuza ari muri kano karere na cane cane ,UBURUNDI, URWANDA na RDC,bimwe mu bibazo bihanze ayo ma shure ni ibi bikurikira: _Ubukene bw ibikoresho ; Ubukene bw abigisha bafise ubumenyi bukwiye, n ibindi..

Ivyo tukaba tubishikirizwa n umigisha MIDENDE Jilbert wo muri kaminuza,akongerako ko n igisongera isibe n uko n abarundi bagiye kurondera ubumenyi mu bihugu vyo hanze badaheza ngo bagaruke ,ivya navyo bigatumwa n umutekano muke wahahora ,umushahara udashimishije n ibindi.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *