OMAR,AGNEWS,le 04 mai 2010
45 élèves ont été emprisonnés dans différents cachots

Dans la province de Mwaro, 45 élèves ont été emprisonnés dans différents cachots parce qu’ ils ont barricadé la route nationale numéro sept: RN7.
-31 sont dans le cachot de la commune Gihinga
-13 sont dans le cachot de la commune de Nyabihanga.
Signalons qu’ ils ont été attrapés en date du 22 avril, et que certains d’ entre eux sont de la province Bururi. Cela a était fait pour demander de retourner à l’ école.

Abanyeshure 45 bo mugihugu hagati nibo bapfunzwe bazira ko bateyi imigumuko mu kuzibira ibarabara ry igihugu rigira indwi :RN7 , ubu bapfungiwe mu busho butandukanye bwo mu ntara ya Mwaro
-31 bapfungiwe mu gasho ko muri komine Gihinga
-13 bapfungiwe mu gasho ko muri komine Nyabihanga
Bakaba bafashwe italiki 22 za Ndamukiza aho bita Inyagasasa,ivyo bakaba babikoze mu gusaba ko bobasubiza mu mashure . Bamwe muri abo bakaba bava mu ntata ya Bururi.

News Reporter

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *