Fait divers : Drame familial à Muramvya

{jcomments on}E. Ndayemeye, Bujumbura, AGNEWS, le 30 janvier 2010 Dans la nuit d’hier en date du 29 janvier 2009 dans la province de Muramvya commune Rutegama, une femme veuve du nom de Floride Ndayahundwa a été tuée par un élève, Pascal Ndayikengurukiye du collège communal de Rutegama .Ce dernier était le beau frère de cette victime et la raison de ce crime était qu’ ils étaient en conflit.

 

[en Kirundi] Mwijoro ry itariki 29 Nzero 2010 muri province Muramvya commune Rutegama niho umupfasoni w umupfakazi Florida Ndayahundwa yagandagurwa na muramuwe Pascal Ndayikengurukiye umunyeshure wo muri college communal yo mu Rutegama akaba mukumwica yamuciye umutwe akoresheje umupanga kandi akaba yanavyiyemereye.Bikavurwa ko boba bari bafise ivyo bapfa.

 

Facebook Comments