Burundi – Famine : Food assistance during three months in Gashikanwa (NGOZI).

Share Button
Dam, NY, AGNEWS,  03 Avril , 2007 – Mu ntumbero yo kurwanya ikiza c’inzara,ingo ibihumbi umunani vyo muri komine Gashikanwa yo mu ntara ya Ngozi zigiye kuzoronka imfungurwa mu gihe c’amezi atatu.
With an aim of fighting against the hunger, 8000 households of Gashikanwa in the province of Ngozi will receive  food  assistance during three months.
Dans le but de lutter contre la faim, 8000 ménages de Gashikanwa dans la province de Ngozi recevront de l’aide alimentaire pendant trois mois.
Facebook Comments