Burundi , Uburundi / Ubushinwa : Toni 300 z’amabuye y’agaciro zoherejwe hanze, ikimenyetso gikomeye ku butunzi bw’igihugu
Ibikorwa vyitabweho n’amakoperative y’urwaruka bishigikiwe na PAEEJ vyerekana ubushobozi bw’igisata c’amabuye y’agaciro mu Burundi. Bujumbura (Uburundi), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwakoze, ku wa 26 Ntwarante 2026, igikorwa gikomeye co kohereza hanze amabuye y’agaciro agera kuri toni 300, ni ukuvuga konteneri 15, aja mu Ubushinwa, arimwo cane cane quartz yera, amethyste, lithium n’ubundi butare…
