banniere burundi
bdi burundi cnddfdd burunga rumonge 02 28022026

Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge

Insiguro ngufi : Kwishimira imigambi yaranguwe n’Umukuru w’Igihugu Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Evariste ku migambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga vyasozerewe muri Komine Rumonge, bikaba vyatewe iteka na Nzikoruriho Sylvain , Umunyamabanga wa CNDD-FDD mu ntara ; ivyo birori vyari bigamije gushimangira ubumwe,…

Read Full News
bdi diaspora gabon 02 28022026 diaspora

Burundi – Gabon : Diaspora y’Abarundi yizihije ubumwe

Ab’Abarundi b’i Libreville bahuriye mu bumwe Libreville (Gabon), 28/02/2026 (BdiAgnews) –– Ab’Abarundi baba muri Gabon bahuriye i Libreville mu kwizihiza umwaka mushasha mu mwuka w’ubuvukanyi n’ubumwe, ico gikorwa kikaba cabaye akaryo ko gusubiramwo ukwiyemeza kwabo gushigikira Iyerekwa 2040-2060 rishigikiwe n’Umukuru w’Igihugu, mu buyobozi bwa Perezida wabo Nisabwa Odette ; uretse ibirori, diaspora yarashimangiye imigambi ibiri…

Read Full News