banniere burundi
bdi burundi ifdc 004 15042026 maeircd

Burundi, Uburundi : Intumwa zishinzwe gukurikirana ibikorwa vya Reta n’IFDC zagendeye Kayanza na Ngozi

Isuzuma ryo ku kibuga ku mugambi PSSD2 ryerekanye ivyagezweko n’ingorane zikiriho mu gisata c’uburimyi. Butanyerera (Uburundi), 14/04/2026 (BdiAgnews) – Mu ntumbero yo gukurikirana no gusuzuma ibikorwa biriko birakorerwa ku kibuga n’ishirahamwe International Fertilizer Development Center, intumwa zifatanije za Reta y’Uburundi n’iryo shirahamwe zagendeye intara ya Butanyerera ku wa 14 Ndamukiza 2026, aho zashitse mu micungararo…

Read Full News
bdi burundi nickel usa partenariat 01 10032026 statedept

Burundi / Uburundi – Amerika : Amasezerano akomeye ku bijanye na nikeli y’Uburundi

Amasezerano hagati y’Uburundi n’amashirahamwe y’Abanyamerika yasinyiwe i Washington Washington (Reta Zunze Ubumwe za Amerika), 10/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hahari Minisitiri w’Uburundi ajejwe Amabuye y’Agaciro, Kibeya Hassan, hamwe n’Ambassadeur w’Uburundi muri Amerika, Barege Jean Bosco, Uburundi bwasinye ku wa kabiri igenekerezo rya 10 Ntwarante 2026 amasezerano akomeye n’amashirahamwe Lifezone Metals na KoBold Metals, mu…

Read Full News