banniere burundi
bdi uburundi sacred beer kavakure zeppers 03 22032026 excellentnimubona akiwacumagazine akezanet moviesthatmatter

Burundi – Uburundi / Ubuhinga bw’umuco : Filime “Sacred Beer” ya Kavakure John Christian yerekanywe ku rwego mpuzamakungu

Uburundi buriko burigaragaza kw’isi yose biciye mu buhinge bw’umuco n’inkuru z’abarundi. La Haye (Ubuholandi), 22/03/2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwongeye kwerekana ubushobozi bwabwo ku rwego mpuzamakungu mu vy’umuco, aho ku wa 22 Ntwarante 2026 herekanwe ku ncuro ya mbere filime Sacred Beer mu birori bikomeye vya The Movies That Matter Festival i La Haye, filime yakozwe…

Read Full News
bdi burundi belgique agriculture itracom bruxelles 01 19032026 itracom riseandshinehouse

Burundi , Uburundi / Ububiligi : Bruxelles yakiriye ikiganiro co ku rwego rwo hejuru ku guhindura uburimyi mu buryo burama

Ntahiraja Thérence, umuserukizi w’Uburundi mu Bubiligi, na ITRACOM Holding bahurije hamwe abafatanyabikorwa, abashoramari n’inzego zitandukanye mu guteza imbere uburimyi bw’Uburundi. Bruxelles (Ububiligi), 19 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) –Ku wa 19 Ntwarante 2026, muri Tangla Hotel Brussels, habereye ikiganiro co ku rwego rwo hejuru kijanye no guhindura uburimyi mu Burundi mu buryo burama, cahuje abategetsi, abadiplomate, inzego…

Read Full News
bdi burundi pdac burundi canada mines 04032026

Burundi – Canada : Ubufatanye mu bijanye n’amabuye y’agaciro muri PDAC 2026

Inama hagati ya Minisitiri Kibeya n’umuyobozi wo muri Canada Toronto (Canada), 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hariko habera inama mpuzamakungu y’abahinga mu vy’amabuye y’agaciro PDAC 2026, Umuyobozi wo muri Canada ajejwe Afrika, Cheryl Urban, yaraganiriye na Minisitiri w’Uburundi ajejwe Amabuye y’Agaciro, Ingufu, Inganda, Ubudandaji n’Ingenzi Kibeya Hassan ; ivyo biganiro vyibanze ku gukomeza imigenderanire…

Read Full News
bdi burundi armc bourse burundi 03 05032026 rtnb

Burundi : Isoko ry’imigabane rimaze imyaka ibiri rikora

ARMC yerekanye ivyaranguwe mu myaka ibiri Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Ikigo kijejwe kugenzura isoko ry’imari n’imigabane mu Burundi (ARMC) casohoye icegeranyo cerekana ivyaranguwe mu myaka ibiri iheze, aho mu vy’ingenzi harimwo gutanguza ku mugaragaro isoko ry’imigabane ry’Uburundi mu Kigarama 2025, iryo soko rikaba rigamije gukoranya amahera y’abashoramari bo mu gihugu no hanze mu buryo butomoye…

Read Full News
bdi burundi rail uvinza musongati 23 02 2026 02 rtnb

Burundi – Tanzaniya : Umugambi wa gari ya moshi uratera imbere

Intumwa z’Uburundi i Dar-Es-Salaam ku mugambi wa gari ya moshi Dar-Es-Salaam (Tanzaniya), 23/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza ubufatanye hagati y’Uburundi na Tanzaniya mu vy’ibikorwa remezo, intumwa z’Uburundi zirongowe na Minisitiri w’Ibikorwa Remezo Niyonkuru Damien ziri mu rugendo rw’iminsi itanu rugamije kwihutisha ishirwa mu ngiro ry’umugambi wa gari ya moshi Uvinza–Musongati, umugambi ufise akamaro…

Read Full News