banniere burundi
bdi burundi armc bourse burundi 03 05032026 rtnb

Burundi : Isoko ry’imigabane rimaze imyaka ibiri rikora

ARMC yerekanye ivyaranguwe mu myaka ibiri Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Ikigo kijejwe kugenzura isoko ry’imari n’imigabane mu Burundi (ARMC) casohoye icegeranyo cerekana ivyaranguwe mu myaka ibiri iheze, aho mu vy’ingenzi harimwo gutanguza ku mugaragaro isoko ry’imigabane ry’Uburundi mu Kigarama 2025, iryo soko rikaba rigamije gukoranya amahera y’abashoramari bo mu gihugu no hanze mu buryo butomoye…

Read Full News
franklin nyamsi

Burundi / Panafricanisme : Ubufaransa burafunga umutungo wa Nyamsi Franklin

Itegeko ry’Ubufaransa ryatumye haba impaka mu banyapolitike ba panafricanisme Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi iriko irinjira mu bihe bishasha vya jeopolitike birangwa n’uguhiganwa kw’ibihugu n’ukwiyemeza kw’Afurika kwigenga, Reta y’Ubufaransa yasohoye kw’igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2026 itegeko rifunga umutungo w’Umwarimu Nyamsi Franklin mu kiringo c’amezi atandatu, hisunzwe amategeko y’imari y’Ubufaransa ; iryo tegeko ryashizweko…

Read Full News