banniere burundi
bdi burundi travailleurs migrants 02 15052026 rtnb

Burundi ,Uburundi : Bizimana yagenzuriye politike yo kurungika abakozi mu mahanga

Leta y’Uburundi yaneguye amakosa n’akarenganyo biri mu bigo vyigisha abitegura kuja gukora hanze. Bujumbura, 15/05/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukurikirana imibereho y’Abarundi barungikwa gukora mu bihugu vy’Abarabu, Umushikiranganji w’Ububanyi n’Amahanga n’Ubufatanye mpuzamakungu, Bizimana Édouard, yagendeye atabiteguje ibigo bitandukanye vyigisha abakozi bimirije kuja gukora hanze kugira arabe uko bitwararika abo bariko barategura ; muri urwo…

Read Full News
capture d'écran 2026 04 22 002239

Burundi, Uburundi / Ubuswisi : Imyiyerekano i Genève irwanya kwirukana Abarundi basaba ubuhungiro

Abantu hafi 80 biyamirije i Bel-Air ukwirukanwa kw’Abarundi basaba ubuhungiro basubizwa mu gihugu cabo. Genève (Ubuswisi), 21/04/2026 (BdiAgnews) – Abantu bashika 80 barakoraniye ku mugoroba wo ku wa kabiri i Bel-Air mu gisagara ca Genève, bitavye akamo k’ishirahamwe Solidarité Tattes, mu kwiyamiriza ugusubiza mu Burundi Abarundi basaba ubuhungiro, bagize diasipora y’Uburundi mu Buswisi ; nk’uko…

Read Full News
bdi burundi allemagne 03 20042026 ambassadeburundiberlin

Burundi, Uburundi / Ubudagi : Ubuserukizi bw’Uburundi i Berlin burakomeza imigambi yo gufasha abakenyezi bimukira mu mahanga

Hariko harategurwa ubufatanye bwo gufasha Aburundikazi bo i Berlin kwinjira mu kazi. Berlin (Ubudagi), 16/04/2026 (BdiAgnews) – Intumwa y’Uburundi mu Budagi, Sendazirasa Annonciata, yarahuye ku wa 16 Ndamukiza 2026 na Nathalie Le Bescond, ajejwe imigambi y’ishirahamwe Frauenalia, rifasha abakenyezi bimukira mu mahanga mu kwinjira mu buzima bushasha no kurondera akazi ; muri uwo muhuro, uwo…

Read Full News