banniere burundi
bdi burundi cnddfdd burunga rumonge 02 28022026

Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge

Insiguro ngufi : Kwishimira imigambi yaranguwe n’Umukuru w’Igihugu Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Evariste ku migambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga vyasozerewe muri Komine Rumonge, bikaba vyatewe iteka na Nzikoruriho Sylvain , Umunyamabanga wa CNDD-FDD mu ntara ; ivyo birori vyari bigamije gushimangira ubumwe,…

Read Full News
bdi burundi cnddfdd tournee 22 02 2026 03 cnddfdd

Burundi : Ndikuriyo Révérien amaze kugendera amakomine 15 mu minsi 20

Urugendo rw’igihugu rw’Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD rugamije gukomeza inzego n’iterambere Gitega, 22/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’iminsi 20 hatangujwe ku mugaragaro urugendo rw’igihugu ku wa 02 Ruhuhuma 2026 i Muramvya, Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Révérien Ndikuriyo, amaze kugendera amakomine 15 mu gihugu cose, mu ntumbero yo gusubiramwo no gukomeza inzego z’umugambwe ku rwego…

Read Full News