Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria
Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria, mu rugendo rugamije gusangiza diaspora ivyavuye mu bikorwa CVR imaze kurangura ku bijanye…
