banniere burundi
bdi burundi cvr 3 06062026 provincegitega

Burundi , Uburundi / Colonialité : CVR n’amadini imbere y’igikoresho c’ivangura cavuye mu bukoloni

Hutu na Tutsi : amazina y’imibano yahinduwe ibirwanisho vya geopolitike vy’ubukoloni. Gitega, 5 Ruheshi 2026 – Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) yahamagariye abarongozi b’Église de Pentecôte au Burundi gukomeza uruhara rwabo mu gutsimbataza ugusaba no gutanga ikigongwe, ukwiyunga n’ukwubaka ubumwe bw’Abarundi, mu nama yabereye i Gitega ku wa 5 Ruheshi 2026 ihuje abarongozi b’iryo dini….

Read Full News
bdi burundi cvr biens 1 04052026 rtnbbi

Burundi, Uburundi : CVR yatanguje gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe i Bujumbura

Imiryango ine yasubijwe amazu yayo, igikorwa kikaba kigiye gukwiragizwa mu ntara zose z’igihugu. Bujumbura, 4/05/2026 (BdiAgnews) – Komiseri y’Ukuri n’Ukunywanisha (CVR) yatanguje ikindi kiciro c’igikorwa co gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe, mu guha amazu abari bayafitiye uburenganzira nyabwo, intambwe igaragaza ukwiyemeza gushika ku butungane, kikazobandanya muri ino ndwi mu ntara zose z’igihugu ; i Bujumbura, amarangamutima…

Read Full News
bdi burundi cvr 01 10042026 burunga

Burundi, Uburundi / Ubutungane n’ukwiyunga : CVR yatanguye gusuzuma amatati y’amatongo n’itunga ry’abandi

Ingingo za mbere ku matati y’amatongo zitezwe mu ndwi zibiri zizokurikira. Bujumbura, 10/04/2026 (BdiAgnews) – Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru cabaye kuri uyu wa 10 Ndamukiza 2026 i Bujumbura, Komisiyo y’Ukuri n’Ukuyunga (CVR) yatangaje ko yatanguye gusuzuma amatati ajanye n’amatongo n’itunga ry’abandi, igikorwa cahora kirangurwa na Komisiyo y’Igihugu ijejwe amatongo n’ibindi vy’abantu (CNTB), bikaba ari intambwe nshasha…

Read Full News
bdi burundi justice 02 03042026 rtnbbi

Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe

Igikorwa c’ubwitange bw’abakenyezi b’abashingwamanza kiriko gitanga umusaruro mu gufasha abatagira ubushobozi kwitura ubutungane. Gitega, 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Mu kwezi kwahariwe agateka k’abakenyezi, kuva ku wa 3 gushika ku wa 27 Ntwarante 2026, abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega barakoze igikorwa c’akarorero co gufasha ku buntu abagororwa bo mu mabohero atandukanye y’igihugu, aho bafashije abagororwa bashika…

Read Full News
bdi burundi cvr diaspora pretoria 07 08032026 cvrbi

Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria

Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria, mu rugendo rugamije gusangiza diaspora ivyavuye mu bikorwa CVR imaze kurangura ku bijanye…

Read Full News