Burundi, Uburundi / Turukiya : Ndayishimiye ahamagarira gusubiramwo uburyo bwo gutwara isi i Antalya
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi ahamagarira gukomeza ubumwe bw’uturere mu isi iriko ihinduka. Antalya (Turukiya), 17/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi iriko irinjira mu bihe vy’isi igizwe n’ibice vyinshi bifise ububasha (multipolaire), Umukuru w’Igihugu c’Uburundi akaba n’Umukuru w’Umuryango wa Afurika uhuza ibihugu (UA) muri iki gihe, Ndayishimiye Évariste, azwi kandi kw’izina rya General Neva, yaritavye ku wa…
