banniere burundi
bdi burundi iran condolences kampala 01 07032026

Burundi – Iran : Condoléances officielles à Kampala

L’Ambassadeur Ndihokubwayo signe le livre de condoléances Kampala (Ouganda), 07/03/2026 (BdiAgnews) – L’Ambassadeur du Burundi en Ouganda, Brigadier-Général Ndihokubwayo Jules , s’est rendu à l’Ambassade de la République islamique d’Iran accréditée auprès du Burundi, avec résidence à Kampala, afin de signer le livre de condoléances ouvert à la suite du décès de l’Ayatollah Seyyed Ali…

Read Full News
bdi burundi iran condolences kampala 07032026

Burundi – Iran : Ubutumwa bwo kwifatanya mu kababaro i Kampala

Amb. Ndihokubwayo yashize umukono mu gitabu c’akababaro Kampala (Ubuganda), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Umuserukizi w’Uburundi mu gihugu c’Ubuganda, Brigadier-Général Jules Ndihokubwayo, yagiye ku biro vy’Uburundi bwa Repubulika ya Islamu ya Iran bifise icicaro i Kampala kugira ashire umukono mu gitabu c’akababaro cafunguwe inyuma y’urupfu rwa Ayatollah Seyyed Ali Khamenei, Umuyobozi Mukuru wa Iran ; ico gikorwa…

Read Full News