banniere burundi
bdi burundi cnddfdd 4 13062026 provincedebujumbura

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

Abajejwe intwaro basabwe gukomeza kwegeranya neza amakori no gukorana cane n’inzego z’umutekano. Bujumbura, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Buramatari w’intara ya Bujumbura, Général-Major Aloys Ndayikengurukiye, yakoranye kuri uyu wa gatatu 13 Rusama 2026 inama n’abajejwe intwaro muri komine Mukaza yabereye ku Ngoro y’Umujyi wa Bujumbura, kugira baganire ku mutekano no ku bibazo vy’iterambere rya komine ; Buramatari…

Read Full News