banniere burundi
bdi burundi justice 4 16052026 rtnbbi

Burundi , Uburundi / Iterambere rusangi : Kiremba yahamagariwe gukomeza ibikorwa vya TDC

Ibikorwa vy’iterambere rusangi vyerekanywe nk’inkingi y’iterambere rya komine n’igihugu. Kiremba (Butanyerera), 16/05/2026 (BdiAgnews) – Perezida w’Sentare Ntahinyuzwa y’Uburundi, Nkurunziza Gamaliel , yifadikanije kuri uyu wa gatandatu 16 Rusama 2026 n’abanyagihugu bo muri komine Kiremba mu bikorwa vy’Iterambere Rusangi (TDC) vyabereye ku mutumba Gitaro, aho bariko basiga sima ku vyumba bine vy’ishure biriko birubakwa ; imbere…

Read Full News
bdi burundi lumitel 0 27042026 rtnbbi

Burundi, Uburundi / Ikoranabuhanga : Lumitel yatanguje umugambi munini w’internet yihuta mu micungararo

Ubufatanye bw’amadorari imiliyoni 10 na PAFEN bugamije gushira 4G ku misozi 86 yo mu gihugu. Bujumbura, 27/04/2026 (BdiAgnews) – Ishirahamwe Lumitel ryatanguje umugambi munini cane wo gushira internet yihuta mu Burundi mu myaka 12 iheze, biciye mu gushira umukono ku masezerano y’imiliyoni 10 z’amadorari y’Abanyamerika n’umugambi PAFEN (Projet d’Accélération de la Transformation Numérique), mu nyubakwa…

Read Full News