Burundi : TDC i Buhumuza, Ntahontuye ashigikira Ubuperezida bwa UA
Ibirori vyo gushigikira Ubuperezida bwa Ndayishimiye muri UA n’akamo ko kwitanga muri TDC, urwaruka ruri imbere Buhumuza, 21/02/2026 (BdiAgnews) – Bihuye n’ingingo ya politike yo mu gihugu y’Abarundi, Buramatari Ntahontuye Nestor yifadikanije n’abanyagihugu b’intara ya Buhumuza muri ivyo birori vyo gushigikira Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Évariste aherutse gutorerwa kurongora Ubumwe bwa Afurika ; Buramatari w’intara ya…
