Burundi – Tanzaniya : Umugambi wa gari ya moshi uratera imbere
Intumwa z’Uburundi i Dar-Es-Salaam ku mugambi wa gari ya moshi Dar-Es-Salaam (Tanzaniya), 23/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza ubufatanye hagati y’Uburundi na Tanzaniya mu vy’ibikorwa remezo, intumwa z’Uburundi zirongowe na Minisitiri w’Ibikorwa Remezo Niyonkuru Damien ziri mu rugendo rw’iminsi itanu rugamije kwihutisha ishirwa mu ngiro ry’umugambi wa gari ya moshi Uvinza–Musongati, umugambi ufise akamaro…
