banniere burundi
bdi burundi banque 02 12032026 irebe

Burundi / Uburundi : BRB ishira imbere ikoranabuhanga mu guteza imbere ubutunzi bw’igihugu

Internet yihuta n’uburyo bwo kwishura hakoreshejwe ikoranabuhanga biri ku mutima w’isemina y’itohoza rya BRB. Bujumbura, 12/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru wa Banki Nkuru y’Uburundi (BRB), Edouard Normand Bigendako, yatanguje ku wa kane 12 Ntwarante 2026 i Bujumbura isemina y’itohoza rya BRB, ashimangira ko internet yihuta ifasha abikorera utwabo gukora neza ibikorwa vyabo vya misi yose kandi…

Read Full News